Yagarutse muri Manchester city Ilkay Gündogan avuye muri Barcelona 

Yavuye muri ekipe ya Barcelona kubuntu. Nyuma yuko Pepe umutoza wa Manchester city  avuzeko uyu mukinnnyi ashaka kumugarura Barca nayo yabisamiye hejuru iti:" nimujyane" 

Manchester City news

Agiye kubuntu ntamafaranga bahaye Barcelona ahita asinya namasezerano y' umwaka umwe azamugeza mukwa 7 2025.

Ni umukinnyi wagaragaye kumukino wa Manchester city ikinnyemo na Ipswich Aho banatsinze ibitego 4-1. kizigenza wayo Halland yatsinze ibitego 3 bizwi ku izina rya (Hat-trick)



Comments